BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC News Gahuza Top Stories
Ubushinwa buragabisha Amerika ko itohirahira ngo ikandagire ‘imirongo itukura’ yabwo
Umushikiranganji w’Ubushinwa ajejwe imigenderanire Wang Yi ashira ahabona ivyo yita imirongo itukura y’Ubushinwa ku busugire bwabwo, umutekano n’iterambere ryabwo, akagabisha Amerika ko itohirahira ngo iyikandagire.
Kinshasa yihanije Apple inayisaba ibisobanuro ku ‘mabuye y’amaraso’ ishinja kugura n’u Rwanda
Kinshasa ivuga ko Apple ikoresha amabuye y’agaciro azwi cyane nka 3T, “yaguzwe ahanini mu Rwanda, kandi urebye rudacukura ayo mabuye”.
Ibikorwa vyo kurondera mu mva rusangi imibiri y'ababo baburiwe irengero i Gaza ntivyoroshe
Imiryango y'ababuriwe irengero muri Gaza iriko iraronderera abayo mu mva rusangi zo ku mbuga z'ibitaro vya Nasser. Hamas na IDF baritana bamwana ku mwidondoro y'abahambwe mu mva rusangi.
Uwuvuga ko yabonye ivyabereye muri Amgar yavuze ku ruhara rwa Nkunduwimye mu kwica
Hagati aho, umwe mu vyabona yabwiye sentare kandi ko ata birwanisho yabonanye Nkunduwimye, ko ata n’ivyo yabonye muri Amgar.
Video, Reba uko imyuzure ubu yibasiye uburasirazuba bw'AfrikaUmwanya bimara, 2,23
Imyuzure ikomeye imaze gutuma abantu babarirwa mu bihumbi amajana bari mu Burundi, Kenya na Tanzania bakurwa mu twabo. Mu Burundi abagera ku 100.000 bakuwe mu byabo kuva mu kwezi kwa 9 k’umwaka ushize. Amazu arenga ibihumbi 19 n’amashuri 200 yarasenyutse.
Rashid Hakuzima asaba guhabwa ibikoresho byo gutegura urubanza nk'iby'ubushinjacyaha.
Rashid Hakuzimana yafunzwe muri 2021 kubera ibiganiro bitavugwaho rumwe yanyuzaga ku mbuga nkoranyambaga za Youtube binenga ubutegetsi bwo mu Rwanda.
Inama z'umuhanga zo kubuza ubwonko bwawe kumenyera ibintu bikubabaza
Kumenyera, akamenyero...ku kibi cyangwa icyiza si byiza kuri twe, umuhanga arakugira inama z'uko wabuza ubwonko bwawe kumenyera.
Ivyago vy'uko turwara kanseri tukiri bato vyoba vyarongerekanye, kubera iki?
Nta muntu n'umwe yari yiteze ko amezi make Umuganwakazi Kate Middleton wa Galles yamaze ataja ahabona vyari bifitaniye isano n'ikivyimba ca kanseri, kandi hari ibihuha vyinshi vyavuga ko yafashe ingingo yo kwihisha inyuma y'aho bitangarijwe ko yabazwe mu nda.
Amerika yahaye Ukraine mu ibanga misile ziraswa mu ntera ndende
Ibitangazamakuru byo muri Amerika bivuga ko izo misile zahawe Ukraine zakoreshejwe muri uku kwezi mu kurasa muri Crimea yigaruriwe n'Uburusiya.
Megan Thee Stallion: Uwari umufotozi we aramushinja gusambanira iruhande rwe
Abahagarariye Megan Thee Stallion bavuga ko ibyo birego bigamije gusa kumusebya
Nairobi irageramiwe n'imyuzure ikomeye
Imvura y'isegenya yaraye iragwa i Nairobi, ku murwa mukuru w'igihugu ca Kenya, yateye imyuzure ikomeye.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
"Uyu mugabo ameze nka 'bakame' rwose" - Ibyo Abanyecongo barimo kuvuga ku ntsinzi ya Vital Kamerhe
Kamerhe ni umwe mu banyapolitike b’amayeri menshi, ubunararibonye, n’imbaraga mu mukino wa politike ya Congo.
Botswana yanze kwakira abimukira bavuye mu Bwongereza – minisitiri
Minisitiri w'ububanyi n'amahanga wa Botswana Lemogang Kwape avuga ko igihugu cye na cyo gihanganye n'ibibazo by'abinjira mu gihugu.
Menya inkingi zitatu Ubuhindi buhagazeko mu kurondera kuba rutura kw’isi mu kinjana ca 21
Mu mpera z’iki kinjana Ubuhindi bushobora kuzoba ari co gihugu ca mbere rutura kw’isi mu vyo ubutunzi, aho mu 2080 umwimbu rusangi wo hagati mu gihugu uzoba usumba uwa Amerika ku rugero rwa 30%.
Sentare mu Bubirigi 'igiye gukoresha inguvu' mu rubanza rwa Nkunduwimye aregwa jenoside
Mu gihe kuri uyu wa gatatu ivyabona bine vyari bitegekanijwe ata n'umwe yitavye, sentare yamenyesheje ko igiye gukoresha inguvu kugira abari ku rutonde rw'ivyabona bitabe.
Uko byifashe ku icumbi ry'i Kigali ryitegura kwakira abimukira bavuye mu Bwongereza
U Rwanda rurimo kwitegura guha ikaze abasaba ubuhungiro birukanwe mu Bwongereza, nyuma yuko ubu umushinga w'itegeko wanditse amateka w'Ubwongereza wemejwe.
Rwanda: Hakurikiyeho iki nyuma y'uko Inteko y'Ubwongereza yemeje kohereza abimukira?
Amaherezo, Ubwongereza bwemeje itegeko ryo kohereza abimukira mu Rwanda, none ni ryari indege ijyanye aba mbere i Kigali ishobora guhaguruka?.
Menya ibi vyuka vya phosphore Israel ikoresha mu bitero vyayo muri Libani
Kuva mu mezi atandatu aheze, Israel ibandanya ikoresha ibisasu vy'ivyuka vya phosphore mu bumanuko bwa Libani/Lebanon.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango