BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC News Gahuza Top Stories
Umunyenganda Tribert Rujugiro, wapfuye ku myaka 83, yari muntu ki?
Rujugiro, amakuru avuga ko yabaga i Dubai, ni umwe mu bateye inkunga y'amafaranga izari inyeshyamba za FPR – Inkotanyi, zafashe ubutegetsi mu 1994.
Woba umugambi wo kurungika abasaba ubuhungiro mu Rwanda amaherezo uzoba itegeko?
Inama Nkenguzamateka yongeye gushira impinyanyro muri iyo nteguro - none reta hari ivyo ihava yemera guheba?
Nta kibazo co mu mutwe Emmanuel Nkunduwimye afise -Abaganga bamusuzumye
Abo bahinga uko ari babiri - Didier Cromphout na Marc Goltzberg - bemeje ko amagara yo mu mutwe yiwe yifashe neza ata cobuza ko yitaba urubanza.
Video, Video: Umugore yogereza abantu imodoka abasanze aho bari Umwanya bimara, 4,06
Akazi k'ububorayi kiganjemwo igitsina gabo. Avuga ko agitangura hari abagerageje kumuca intege.
Ni uruhe ruhande rwungukiye mu gitero ca Iran kuri Israel? Ni uruhe rwahomvye?
Inyuma y’igitero ca mbere Irani ikoze ku butaka bwa Israel ku wa gatandatu w’indwi iheze, impande zompi zarahungukiye ariko kandi zirahahombera, nk’uko vyandikwa na Mahmoud Elnaggar, umunyamakuru w’igisata ca BBC gikoresha Icarabu
Abaturage hagati nk'ururimi mu kibazo cy'imyigaragambyo y'abaganga muri Kenya
Abaganga bari mu myigaragambyo kubera ibibazo binyuranye birimo umushahara no kunanirwa guha akazi abaganga bakirangiza kwiga badashobora gukora nk'abaganga batabanjije kwitoreza uwo mwuga mu bitaro.
Emmanuel Nkunduwimye 'yarica agakiza' i Kigali mu gihe ca jenoside -umugwi w'amatohoza
Naho atahawe ijambo yanyuzamwo akazunguza umutwe, ikimenyetso ko atemeranya n'ivyo umurwi w’amatohoza wariko urashikiriza.
Abadepite b'Ubwongereza banze impinduka z'abasenateri ku mushinga w'itegeko ujyanye n'u Rwanda
Amakuru avuga ko Ubwongereza bwagiranye ibiganiro n'ibindi bihugu nka Armenia na Côte d'Ivoire kugira ngo na byo bakorane iyi gahunda, mu gihe iyi bufitanye n'u Rwanda yaba igenze neza.
RD Congo: ''Nta burenganzira mufise bwo guhemukira igihugu'' – umukuru w’ingabo
Jenerali Tshiwewe asaba abasirikare n’abapolisi kwiyamiriza abantu bose, harimwo n’anyaporitike, borondera kubahimiriza ngo bifatanye n’inyeshamba zihanganye n’igisirikare ca reta.
Ayavugwa mu mupira w’amaguru: Barcelona yiyamirije umurwi wa Premier League urondera Raphinha
Barcelona yiyamirije umurwi wo muri Premier League urondera umukinyi, Umunya-Brezili Raphinha w’imyaka 27, ariko ntiyavuze uno murwi uwo ari wo. Aya n’ayandi ni mu yavugwa kuri uno wa kabiri.
Zimbabwe: Abagore bashinjwa kuzomera umugore wa perezida barekuwe
Auxillia Mnangagwa yategetse ko ibirego bikurwaho, avuga ko abapolisi babataye muri yombi bashyizemo gukabya.
Gushika ubu Israel ntiravuga ingene igiye kwihora Irani
Reta irongoye Israel muri iki gihe c’intambara yakoranye kugira ngo ivugane ingene yokwihora igitero ca Irani kitari bwigere kibaho, ariko ntimenyesha nimba hari icemezo cashitsweko.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Imiryango yo mu Bwongereza irateganya kurega mu nkiko ngo ntihagire aboherezwa mu Rwanda
Bibaye mu gihe itegeko ryo kuvugurura gahunda yo kohereza mu Rwanda abasaba ubuhungiro ryitezwe kwemezwa mu minsi iri imbere.
Urubanza rwa Nkunduwimye: ''Kuva mu 1964 vyagaragara ko hazoba ubwicanyi bw’ikivunga buhama Abatutsi'' - umushakashatsi
Helene Dumas yavuze ko n'ikinyamakuru The Guardian c'Abongereza cari caravyanditse mu 1964.
Inyuma y’amezi atandatu Israel itanguye igitero co kwihora muri Gaza, Hamas yoba igeze he?
Amezi atandatu ararangiye Israel iri mu ntambara na Hamas muri Gaza, aho Israel yiyemeje "kurandurana n’imizi" uno muhari uyigeramiye. Nubwo ivuga ko imaze kwica ibihumbi vy’abarwanyi ba Hamas, ubwo none yoba yarashohoye gusambura uno muhari wa gisirikare?
Umukuru w’igisirikare ca Ukraine yemeza ko Uburusiya buriko butera intambwe zikomeye mu buseruko
Abategetsi ba Ukraine bavuga ko ingabo z’igihugu zigeramiwe n’ibitero vyo mu kirere kandi ko zarengewe n’umwansi ku rubuga rw’intambara kubera imfashanyo y’Uburengero - cane cane ya Amerika - yahagaze.
Rwanda: Leta yatangaje andi mazina y'abanyapolitiki yiyongera ku yandi y'abarwanyije jenoside yo mu 1994
Aba banyapolitiki bashya batangajwe bariyongera ku bandi 12 basanzwe bashyinguwe mu rwibutso rwa Rebero ruri mu karere ka Kicukiro (mu mujyi wa Kigali).
Beatrice Munyenyezi woherejwe na Amerika yakatiwe gufungwa ubuzima bwe bwose
Yaburanye avuga ko mu gihe cya jenoside yari atwite impanga ko bitashobokaga ko ajya mu bikorwa by’ubwicanyi kuko nta mbaraga yari afite, umucamanza avuga ko bitamubuza gutanga amabwiriza yo kwica.
Emmanuel Gasana wahoze ari Guverineri n'umukuru wa polisi yakatiwe imyaka isaga itatu
Umucamanza yavuze ko habayeho guca inkoni izamba kuko ari ubwa mbere Gasana ahamijwe icyaha nk’iki kandi akaba yaragaragaje ko afite uburwayi bugoranye gukira.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango